Skip to main content
Yaga

Yaga

By Yaga

Nous sommes jeunes, nous sommes différents, nous sommes blogueurs. Notre mission : raconter le Burundi, tel qu'il est, tel qu'il pourrait être.

Yaga signifie « raconter », en kirundi.
Available on
Pocket Casts Logo
RadioPublic Logo
Spotify Logo
Currently playing episode

Et ce jour-là..., Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier Ombudsman

YagaDec 01, 2022

00:00
05:49
Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z'abakenyezi bicwa n'abagabo babo zotuzwa gute?

Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z'abakenyezi bicwa n'abagabo babo zotuzwa gute?

 "Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha"

Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye.

Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo

Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ?

Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi.

Mar 01, 202322:49
Parole aux femmes, Ep.13 : Iy' incuti ikwubahutse...

Parole aux femmes, Ep.13 : Iy' incuti ikwubahutse...

Guhohotera abana babakobwa ntibikorwa misi yose nabantu bahita canke bahuriye ahandi, birashika kandi kenshi, bigakorwa naba batunze ari ba sebuja, ba sewabo...nabandi. 

Ivyo bitera ingorane zirenze kuko uwo mwana w'umukobwa ntiyubahuka kubivuga. Iyo abivuze naho, nigake bamwemera bigaca bimugwako, akangazwa kugira ishusho ry' umuryango yarabayemwo ntiritosekare. 

Murikino kiyago, umwigeme Zaïnabu Hussein arabisigura neza.

Mar 01, 202322:06
Chers Burundais, Ep.33: Tourisme, Economie et Devises... Hmmm...
Mar 01, 202305:52
Amahoro There, Ep. 9: Beaches... Why shouldn't we afford it?

Amahoro There, Ep. 9: Beaches... Why shouldn't we afford it?

Why living in a beautiful country with immeasurably beautiful places, yet not enjoy them? 😞

💁🏾‍♀️ Lily Ange Kaze shared her thought with us. She expressed how unfair it is!

🙄 Funny (sad) fact: those places can only be afforded by tourists and diaspora 😏

What do you think about this? 🤔

Mar 01, 202307:09
Chers Burundais, Ep.32: Les blagues de mauvais goût...

Chers Burundais, Ep.32: Les blagues de mauvais goût...

« M'enfin, c'était une blague. N'en fais pas des tonnes », entend-on souvent.

Divin Spencer revient avec la question de savoir si l'on peut rire de tout.

Pour lui, certaines blagues sont trop déplacées et la frontière entre humour et offense souvent violée.

Et vous, que pensez-vous des blagues jugées de mauvais goût ?

Jan 23, 202304:24
Udukorwa two mu buruhuko n'ubuuzima ndoragitsina: urupfu canke urukiza?

Udukorwa two mu buruhuko n'ubuuzima ndoragitsina: urupfu canke urukiza?

Burya, udukorwa two mu buruhuko, sitwo dutuma urwaruka rwadukana ingeso zibajana mubusambanyi? Inyishu yico kibazo kiri muri kino kiganiro c; uno munsi

#UbufashaKwIrondoka

Jan 11, 202317:45
Uruhara rw'urwaruka mukugwanya umugera wa Sida

Uruhara rw'urwaruka mukugwanya umugera wa Sida

Ikiganiro c'uno munsi kiza guhuza urwaruka aho bazoba bariko baraganira kuruhara boggira mukugwanya umugera wa Sida mugihe tubona ibiharuro vy'abandura uwo mugera vyasubiye kuduga hano mugihugu c'Uburundi.

#UbufashaKwIrondoka 

Jan 11, 202317:21
Ubuzima ndoragitsina: kwitura umuganga ahumuye voba vyorohera urwaruka?

Ubuzima ndoragitsina: kwitura umuganga ahumuye voba vyorohera urwaruka?

Ikiganiro c'uno munsi kiza gushira hamwe urwaruka, aho bazakutubwira icokorwa kugira babone kwisanzura mugihe hageze kubaza impamuro, canke inyigiho zijanye n'ubuzima ndoragitsina.

#UbufashaKwIrondoka  

Jan 11, 202317:32
Ihohoterwa rifatiye kugitsina: mu makaminuza vyifashe gute ?

Ihohoterwa rifatiye kugitsina: mu makaminuza vyifashe gute ?

Ihohoterwa rifatiye kugitsina birabaho, ariko iyo hageze kubaza ko vyoba bibaho mu makaminuza atandukanye mu gihugu, bamwe bogira bati: "Oya nawe ntu!"

Muri kino kiyago c'uno munsi, abatumire bacu barabiganirako aho baza kutubwira ingene bobo babibona canke babibayemwo.

#UbufashaKwIrondoka

Jan 11, 202315:19
Et ce jour-là..., Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier Ombudsman

Et ce jour-là..., Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier Ombudsman

Pour cet épisode, nous allons faire un retour en arrière dans le temps et nous arrêter à la date du 12 Novembre 2010, le jour où le premier Ombudsman a été élu par le parlement burundais.

Dec 01, 202205:49
Et ce jour-là..., Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayo

Et ce jour-là..., Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayo

Mukiganiro c'uno munsi, turagaruka mu kwezi kwa Myandagaro, igenekerezo rya 28 mu mwaka w'2000, aho amaserano y'i Arusha yahagarika intambara yarashizweko urukumu. Ayo masezerano mu vyo yashitseko harimwo gushiraho umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha Abarundi, mu gifaransa "Commission Vérité et Réconciliation", CVR mu majambo avunaguye.

Dec 01, 202205:40
#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura

#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura

Mu kiganiro c'ibidukikije c'uno munsi, turaza kurabira hamwe ingene kubaka kumisozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura bibangamira ubuzima bw'abanyagihugu baba mumicungararo y'iyo misozi.

Nov 28, 202216:39
#YagaEnvironnement, Ep.9: Dukingire Rusizi!

#YagaEnvironnement, Ep.9: Dukingire Rusizi!

Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kubijanye n'ugukingira uruzi Rusizi n'inkombe yazo mukwirinda imyuzurira 

Nov 08, 202211:52
#YagaEnvironnement, Ep.8: Garukire ishamaba ry'i Makamba

#YagaEnvironnement, Ep.8: Garukire ishamaba ry'i Makamba

Mu kiganiro c'uno munsi, tuzakuganira kubibazo bihagaze mugukingira ishamba rihanamye imisozi ya Makamba n'ingene tworushirizaho kuyikingira 

Nov 08, 202210:11
#YagaEnvironnement, Ep.7: Ca igiti, utere ikindi!

#YagaEnvironnement, Ep.7: Ca igiti, utere ikindi!

Mu kiganiro c'uno munsi, tubayagira k'umwuga wo kubumba amatafari hamwe n'ingene baca ibiti kugira babiturire. Ariko naho bimeze uko, turaza kubona ko hari hakenewe koukwo guca ibiti bikurikiranywa kugira tugabanye ingaruka zitipfujwe kandi dukingire ibidukikije.

Nov 08, 202205:25
#YagaEnvironnement, Ep.6: Tabara ishamba rya Vyanda!

#YagaEnvironnement, Ep.6: Tabara ishamba rya Vyanda!

Mu kiganiro c'uno munsi, turaza guca hirya no hino ibibangamiye ishamba ry'imeza rya Vyanda biturutse kubikorwa vy'abanyagihugu bayegereye.

Nov 08, 202213:21
#YagaEnvironnement, Ep.5: Gukingira ikiyaga Tanganyika n'ivya twese!

#YagaEnvironnement, Ep.5: Gukingira ikiyaga Tanganyika n'ivya twese!

Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuyaga kubijanye n'ugukungira ikiyaga Tanganyika.

Nov 08, 202224:17
#YagaEnvironnement, Ep.4: Imanga ziratugeramiye!

#YagaEnvironnement, Ep.4: Imanga ziratugeramiye!

Mu kuganiro c'uno munsi, turaza kubiganira ingene irwirirana ry'ama manga ageramiye umutekano w'abanyagihugu hano i Burundi.

Nov 08, 202207:41
#YagaEnvironnement, Ep.3: Inkurikizi z'ihindagurika ry'ibihe

#YagaEnvironnement, Ep.3: Inkurikizi z'ihindagurika ry'ibihe

Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kukungene ihindagurika ry'ibihe ryagiye rirakorako abanyagihugu mu mihingo itandukanye mu myaka iheze.

Nov 08, 202215:54
#YagaEvironnement, Ep.2: Amagara y'abantu n'ibidukikije ni bimwe

#YagaEvironnement, Ep.2: Amagara y'abantu n'ibidukikije ni bimwe

Mukiganiro c'uno munsi, tuzakurabira hamwe isano riri hagati y'ugukingira ibidukikije n'amagara y'abantu. Tuza kugaruka ahanini kuburyo tutitwararika gukingira ibidukikije bikanagira ingaruka kumagara y'abantu.

Nov 08, 202216:48
#YagaEnvironnement, Ep.1: Intambanyi zo gucukura ibikoresho vy'ubwubatsi

#YagaEnvironnement, Ep.1: Intambanyi zo gucukura ibikoresho vy'ubwubatsi

Muri kino kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira ibijanye n'ugucukura ibikoresho vy'ubwubatsi nk'amabuye, ama kariyeri eka n'umusenyi bitaciye mumategeko. Tukongera tukaza kurabira hamwe ingaruka bifise kubidukikije n'icokorwa kugira haboneke impinduka rizotugirira akamaro twese.

Nov 08, 202217:44
Et ce jour-là…, Ep. 21 : Ndadaye Melchior, incungu ya demokarasi

Et ce jour-là…, Ep. 21 : Ndadaye Melchior, incungu ya demokarasi

Ikiyago c’uno musi kidusubiza kw’igenekerezo rya 10 Nzero mu mwaka w’ 2007.

Uwo munsi, uwahoze ari umukuru w’igihugu, Melchior Ndadaye niho yagirwa incungu ya demokarasi.

Muti, vyatanguye gute?

Oct 31, 202204:54
Amahoro There, Ep. 8: "A US photographer in Burundi", the stories

Amahoro There, Ep. 8: "A US photographer in Burundi", the stories

🤗 Alexandra Buxbaum, a well-traveled photographer, during her stay in #Burundi stopped by "Amahoro There" to share some of her stories with us in the spirit of our motto: "A witness, a story": 

#lifestyle

Oct 27, 202218:36
Parole aux femmes, Ep.13 : Agateka k'umukenyezi: abagaharanira bavyumva kumwe Part 2

Parole aux femmes, Ep.13 : Agateka k'umukenyezi: abagaharanira bavyumva kumwe Part 2

Le féminisme à la sauce burundaise, ça donne quoi?

Nous avons mis les petits plats dans les grands pour le comprendre en compagnie de @gab___riella et aujourd'hui, nous allons vous partager la suite de cet intense échange.

Un podcast à consommer sans modération :

Sep 22, 202214:08
Parole aux femmes, Ep.12 : Agateka k'umukenyezi: abagaharanira bavyumva kumwe?

Parole aux femmes, Ep.12 : Agateka k'umukenyezi: abagaharanira bavyumva kumwe?

Le féminisme à la sauce burundaise, ça donne quoi?

Nous avons mis les petits plats dans les grands pour le comprendre en compagnie de @gab___riella .

Un podcast à consommer sans modération :

Sep 12, 202221:38
Chers Burundais, Ep.31: Les Jeunes, leur sexualité et la dépression

Chers Burundais, Ep.31: Les Jeunes, leur sexualité et la dépression

💔 Des jeunes vivent avec des blessures cachées derrière des sourires en plastique.

 😔 En quête de reconnaissance, certains doivent faire face à la dépression

🎙️ C'est le sujet de réflexion de Divin Spencer.

#Ndafisijambo

#YagaPodcast

#problemesdecouple

Sep 12, 202206:02
Amohoro There, Ep. 7: What is an influencer?

Amohoro There, Ep. 7: What is an influencer?

And we finish this “culture shock” series by talking about a social media concept we hear often nowadays: influencer. How does it fit in our society and daily life?

#lifestyle

Sep 01, 202221:04
Parole aux femmes, Ep.11 : Tumenyane... Ariko ntitumenyerane!

Parole aux femmes, Ep.11 : Tumenyane... Ariko ntitumenyerane!

Muramaze kumva bamwe bavuga ngo:"Tumenyane ariko nti tumenyeranye"? Kubwanyu bisigura iki? Vyoba vyoroshe gushinga akarimbi hagati y' ubugenzi, nukumenyerana birenze kuburyo kubahana n'ukubaha ivyuwundi bigenda bigabanuka? Murikino kiganiro twagiranye na Delicia Berirembo, aratwiganira uko avyumva, n' ingene abigenza mubuzima bwa misi yose

Aug 22, 202225:26
Chers Burundais, Ep. 30: l'assistance entre jeune, Ça vous parle?

Chers Burundais, Ep. 30: l'assistance entre jeune, Ça vous parle?

Etre jeune rime des fois avec être flexible dans la compréhension de ce que vie un autre jeune. Etre jeune c'est aussi ce moment où l'on se donne une cause à défendre et à soutenir. Mais est-ce le cas pour ces filles qui tombent enceinte avant "l'heure"? Quel type d'assistance nous les jeunes portons à ces personnes qui traversent une difficile periode? Dans l'épisode d'aujourd'hui, nous pose cette question et nous aide à y réfléchir. Quel est la cause que nous volons défendre?

Aug 13, 202206:08
Amahoro There, Ep.6: Coming Back!!!!

Amahoro There, Ep.6: Coming Back!!!!

Today in our culture shock series we will address the rollercoaster of coming back home.

From the priceless amazing moments they have always dreamed of to challenges they did not see coming, 2 voices share their journey in “Amahoro there”.🎙

#YagaPodcast

#lifestyle

Aug 04, 202219:38
Chers Burundais, Ep. 29 : une grossesse, les responsabilités et MOI !

Chers Burundais, Ep. 29 : une grossesse, les responsabilités et MOI !

Notre société burundaise a l'art de bien poser les choses, ou pas tout compte fait, quand il s'agit de la "gente masculine". Et bien souvent, quand il s'agit de maternité précoce, ce qui est considéré comme un "fardeau" devient bien lourd à porter pour les épaules de ces filles qui encourent le rejet et la stigmatisation pendant que les garçons peuvent encore entrevoir une sorte d'avenir pour eux.
Dans l'épisode d'aujourd'hui, Divin pose les bases d'une réflexion sur les responsabilités de chacun. Un pas vers un changement de perception et de comportement ? 🤔 #YagaPodcast #Ndafisijambo #grossesse
Jul 23, 202204:40
Amahoro There, Ep.5: Misconceptions

Amahoro There, Ep.5: Misconceptions

✈️ To all those that left and those impatiently waiting for their turn with a bagage of misconceptions, to this you might relate.

🎙 Culture shock series still ongoing with “Amahoro there”

#YagaPodcast #lifestyle

Jul 22, 202228:02
#Tahura, Ep.36: Burya idini ryotandukanya urugo?

#Tahura, Ep.36: Burya idini ryotandukanya urugo?

Uno munsi turaza gufata akanya ko kuganira kuntambamyi zishobora kwaduka mugihe abubakanye baba badasangiye idini rimwe. none burya, mwe niko muvumva?

Jun 30, 202217:02
#Tahura, Ep.35: Ndafise umugera wa Sida. Yaco unkumira, ubuzima burabandanya!

#Tahura, Ep.35: Ndafise umugera wa Sida. Yaco unkumira, ubuzima burabandanya!

Ku Bwacu uno munsi irafata akanya ko kuganira ibijanye n'ikumira ry'abantu bagendana umugera wa sida ariyo VIH. 

Jun 30, 202216:20
#Tahura, Ep.34: Agateka k'abana bihakana n'ikibanza cabo... Ni gute?

#Tahura, Ep.34: Agateka k'abana bihakana n'ikibanza cabo... Ni gute?

Uno munsi Ikiganiro Kubwacu kiza kugaruka kugateka k' abana bihakanywe n' aba se wabo. Amategeko ico ategekanya n' ibishoboka gukorwa kugira dutere tuvavanura n' iyo ngedo ihohotera canke icinyiza agateka k' abo bana

Jun 30, 202217:27
#Tahura, Ep.33: Idini rya Isiramu, Uguharika n' amategeko

#Tahura, Ep.33: Idini rya Isiramu, Uguharika n' amategeko

Muri kino kkiganiro cacu, turafata akanya ko kuganira ingene idini rya Isiramu ribivyifatamwo kubijanye no gukirikiza amategeko agenga igihugu c' Uburundi

Jun 30, 202225:16
#Tahura, Ep.32: Kureng'ibigo, ikibazo ca bose mububakanye

#Tahura, Ep.32: Kureng'ibigo, ikibazo ca bose mububakanye

Iyo bavuuze ivyo kurenga ibigo, habazwa umukenyezi ico yoba atakoze neza canke ko aribo babikora. Uno munsi, turaza kumva ico amategeko abivugako hamwe n'uruhara rwa bose mububakanye mukurondera iminduka 

Jun 29, 202218:46
#Tahura, Ep.31: Ihohoterwa rifatiye kugitsina kukazi, Hokorw'iki?

#Tahura, Ep.31: Ihohoterwa rifatiye kugitsina kukazi, Hokorw'iki?

Mukazi, birashika umuntu akabuzwa amahoro n'abo bakorana canke umukoresha. Ivyo bikinjira mw'ihohoterwa rifatiye kugitsina. Muri kino kiganiro, turafata akanya ko gutahura uko bigenda kugira habe ayo mabi twongere twumvirize ivyo amategeko ategekanya muri ico gihe

Jun 29, 202218:12
#Tahura, Ep.30: Mububakanye, burya hasaba nde? Bose?

#Tahura, Ep.30: Mububakanye, burya hasaba nde? Bose?

Iyo hageze kurangura amabanga y'abubakanye, bivugwa na benshi k'umukenyezi ategerezwa kumvira umuagabo wiwe. Ariko, iyo bishitse akaba ariwe ashikirije icifuzo ciwe bigafatwa ukundi. Burya, niko bitegerezwa kugenda? ikiganiero c'uno munsi kiragaka kur'ico kibazo

Jun 29, 202211:08
#Tahura, Ep.29: Kuvuka ugakurira mw'ibohero, siko bikwiye kugenda!

#Tahura, Ep.29: Kuvuka ugakurira mw'ibohero, siko bikwiye kugenda!

Ikiganaro Kubwacu kirfata akanya ko kugaruka kubuzima bw'abana bavukira bakongera bakurira mumabohero. Akaryo ko gusubira kuraba ibbitegekanyijwe kugira bihagarare canke haboneke impinduka

Jun 29, 202221:48
#Tahura, Ep.28: Amatora, yaco twiyaka uburenganzira bwacu

#Tahura, Ep.28: Amatora, yaco twiyaka uburenganzira bwacu

Mu kiganiro c'uno munsi, turagaruka kuburenganzira bwo gutora, n'ingene hariho abiyaka ubwo burenganzira. Bamwe kubera ukutamenya canke  hakajamwo ubunebwe

Jun 29, 202217:10
#Tahura, Ep.27: Gutorana kubana bavutse kubakenyezi batubatse, bigenda gute?

#Tahura, Ep.27: Gutorana kubana bavutse kubakenyezi batubatse, bigenda gute?

Ikiganira Kubwacu un munsi kiraza gufata akanya ko kuganira ku gateka k'abana bavutse ku mukenyezi atashoboye kubaka urwiwe

Jun 29, 202212:57
#Tahura, Ep.26: Ikibanza c'umwana si ukudandaza mwibarabara!

#Tahura, Ep.26: Ikibanza c'umwana si ukudandaza mwibarabara!

Muri kino kiganiro c'uno munsi, turafata akanya tuyagire hamwe ikibazo kijanye n'ihonyanrwa ry'agateka k'abana, na cane cane abana bacuruza mwi barabara

Jun 29, 202216:11
#Tahura, Ep.25: Ubuzi bwagene abakenyezi...Burya hariho ubutandukane?

#Tahura, Ep.25: Ubuzi bwagene abakenyezi...Burya hariho ubutandukane?

Mu kiganiro Kubwacu c'uno munsi turaza kuyaga ibijanye n'ikibanza kigenewe umukenyezi mubijanye n'ivy'akazi mubuzima ba minsi yose, twongere turabire hame nimba hariho ubutandukane

Jun 29, 202220:08
#Tahura, Ep.24: Navyariye muhira, none ubuzima buca buhagarara?

#Tahura, Ep.24: Navyariye muhira, none ubuzima buca buhagarara?

Mu kiganiro c'uno munsi, turaganira n'abigeme bavyariye iwabo, bakatubwira ko ubuzima budaca buhagarira aho nyene

Jun 29, 202217:56
#Tahura, Ep.23: Jeho kuki? twese turafise ububasha bwo kwiga

#Tahura, Ep.23: Jeho kuki? twese turafise ububasha bwo kwiga

Muri kino kiganira c'uno munsi turaza kuganira n'uburenganzira bwo kwiga kubana bagendana ubumuga

Jun 29, 202214:26
Chers Burundais, Ep. 28 : se faire accepter Vs se faire respecter

Chers Burundais, Ep. 28 : se faire accepter Vs se faire respecter

⏪ Faisons un petit "throwback" dans l’adolescence. Tu faisais partie des jeunes "cool" ou de ceux qu’on prenaient pour "ababono" ?
🎙 « Chers Burundais » revient aujourd’hui sur ces actes qu’on a posés pour... être acceptés.
#YagaPodcast #Ndafisijambo
Jun 25, 202207:20
#Tahura, Ep. 22 : iyo umwigeme atevye kwubaka urwiwe, har'ikibazo ? 🙄

#Tahura, Ep. 22 : iyo umwigeme atevye kwubaka urwiwe, har'ikibazo ? 🙄

🤨 Iyo umukobwa yakuze akagira imyaka myinshi ataraja ku mugabo, ikibano gica gitangura kumutuma urutoke, eka kikamuha n'amazina amutyoza canke amucafuza. Muri kino kiyago, tugira tuyagire hamwe ingaruka mbi z'ayo majambo kurabo bigeme, ningene vyohagarara 😏 #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu
Jun 23, 202220:18
#Tahura, Ep. 21 : agateka k'abapfakazi ni akahe mu Burundi ? 🤨

#Tahura, Ep. 21 : agateka k'abapfakazi ni akahe mu Burundi ? 🤨

🙄 Iyo umukenyezi apfakaye, birashika akatari gake ko umuryango y'uwo bari bubakanye bisuka mubuzima bwiwe. Yaba mu bijanye n'ubuzima bwa minsi yose canke ku kungene atunganya amatungo y'umuryango. Muri kino kiyago, turaza kuganira ku gateka k'abapfakazi twongere tuvugane ivy'amategeko ategekanya mur’ico gihe. #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu
Jun 23, 202221:44
#Tahura, Ep. 20 : abakenyezi n'umwuga wo kumenyesha amakuru 🤗

#Tahura, Ep. 20 : abakenyezi n'umwuga wo kumenyesha amakuru 🤗

📻 Abakenyezi bakora umwuga wo kumenyesha amakuru ntibama borohewe. Ivyo bigatumwa n'ibivugwa kuri bo, haba mu nyifato babagiriza canke bivuye ku kibanza bafise mu mico y'ikirundi. Muri kino kiyago, turaza kuganira na bamwe bamwe muribo twongere tugerageze gutahura inkomoko yavyo 🤔 #YagaPodcast #AgatekaKUmukenyezi
Jun 23, 202221:24